 |
| Japhet Legentil Ndayishimiye President for ORG. BURUNDI-NORWAY |
|
|
_________________________________________________________________ Organisasjon Burundi – Norge, Dysjalandsvegen 12 C – 4360 Varhaug
www.burundi-norway.com, – epost: post@burundi-norway.com, Organisasjonsnr.: 893 435 522 Bank: 15030934455
| |
Organisasjon Burundi-Norge (OBN) ble stiftet 15. desember 2008. Medlemmer i styret er mennesker fra Burundi og Norge som arbeider frivillig for å bedre samarbeidet mellom de to land. Det vil bli lagt vekt på å gi god og riktig informasjon om landene, i første omgang på denne siden. Fra 25 mai 2010, blir BUFNOR og OBN blir en organisasjon under OBN.
|
Turi Bande?
| Kaze mw’ishirahamwe ryacu, aho twipfuza gukorera hamwe kugira ngo habe imigenderanire myiza hagati y’u Burundi na Norveje |
|
| Ishirahamwe Burundi-Norveje ryatanguye imbere ya Noel ya 2008, rikaba ryishinze ibi bikurikia: |
|
| - Kumenyekanisha ivyiza vy’u Burundi ku ba turiste (ingenzi) |
|
| - Kumenyekanisha Norveje mu barundi no gukorana na Norveje |
|
| - Kumenyekanisha ishirahamwe OBN mu butegetsi no mu banyagihugu ba Norveje. |
|
| |
|
|
|
| |
NDIYEMEJE KUBA UMUNYWANYI MURI OBN Uripfuza kuba umunywanyi w'Ishirahamwe ry'abarundi muri Norveje? Imprima iyo fishi hanyuma uyuzuze uce uyirungika kuri adresse ubonako. Wibuke gushirako igikumu cawe.
|
IFISHI YO KUBA UMUNYWANYI |
|